Amakosa 10 abakoranye na Général Major Evariste Ndayishimiye bamwagiriza
AMAKOSA CUMI YA VARISITO NDAYISHIMIYE (NEVA) Umukuru w’igihugu canke uwundi muyobozi wese abikwiye, ntakwiye gushira ahabona ibishobisho vyiwe. Haba mu mvugo canke mu ngiro. Iyo bimeze uko, kenshi vyerekana ubwoba afise. Kutigirira icizere, tutibagiye kwerekana inguvu n’ubushobozi buke bimuranga mu kazi kiwe. Umukuru w’igihugu adafata ingingo zibereye mu kanya zikenewe, ntaco aba amariye ico gihugu […]