Inkuru y’umubabaro ni Urupfu re’umukuri w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza
Nkuko abantu benshi mu basenzi ba bivuga, uyu mwaka wa 2020 ubikiye vyinshi Abarundi n’amakungu. Havuzwe vyinshi kandi bimwe murivyo biratanguye kuja ahabona. Muzomenya yuko ivyavugishijwe ari ukuri ni vya shika. Umwami Yesu abe hafi y’Ihanga ry’Abarundi ryose.