Amakuru avugwa kw’isi.
NTI MURANDUKE IMITIMA MWIZERE YESU WE NYENE Mu ncamake -Ikiza ca teye citwa NOVEL CORONA VIRUS yo mu mwaka wa 2019 cakwiriye isi yose kimaze gufata abantu barenga umuliyoni n’ibihumbi amajana abiri. Kikaba kimaze guhitana abarenga 65,000 kw’isi. -Ico kiza CORONA cari carahanuwe n’abahanuzi bakorera Imana na ba kamenyi batandukanye. -Turi buze kubabgira ibintu bitari […]