Abarundi bakeneye kwigishwa ubuntu kuva hejuru gushika hasi kubera gukora icaha, kugihana n’amategeko.
Hari ku munsi wa Kane ingenekerezo rya 11/01/2024 mumasaha yomugitondo kumutumba murago komine gatara intara ya kayanza .Uyumubona yitwa ciza Élie mwene caloline avuka kumutumba nyabikaranka zone kabuye komine nintara ya kayanza yafatiwe muri komine gatara yivye impene kumutumba murago abamufashe baca baramukubita amakuru atangwa hafashwe ingingo yokumwegereza ubutungane bukorera kwi komine gatara abamujanye ntibamushikanye […]