Mu Burundi wewe uri mu buhe bgoko?

Hariho ubgoko butatu bg’Abarundi mukwiriye kwiyubara. Imana ikwiriye kubaha ubgenge bgo kubana nabo. Abambere ni abantu babi bakora ibibi gusa. Abo ubasanga hose mu kibano, mu kazi mu masengero no mu buzima bga misi yose. Ubugira kabiri n’abantu bikunda. Abo ibintu vyose bavyihererezako, ntibanezwe igihugu, abrenganywa, abakenye, abapfa canke ibishikira Abarundi. Abo ubasanga ahantu hose. […]