Inzira yoroshe yo kumenya no kwibuka ibitabo bigize Bibiliya Yera uko ari 66
Nagiye kuri Hoteri yitwa Itanguriro mu nzira yo Kuvayo. Mu nzira nahabonye Abalewi bari Guharura abantu mu Gusubira mu vyagezwe, mu gihe Yosuwa yariko yiyumvira ku muryango w’ Abacamanza, kandi nongera mbona Rusi ariko ahamagara n’ijwi rinini, ati Samweli, Samweli; muri ako kanya nyene Abami 1 n’Abami 2 bo ku Ngoma 1 n’iya 2 bari […]