Gelase Ndabirabe no gukoresha imizimu
Biatangaje cane kandi birababaje kubona abarongozi b’igihugu batangaza yuko Abarundi bokoresha imizimu bagahindukira bakavuga yuko bashize Imana imbere. Iyo Mana nyene ariyo yavuze yuko kizira kikaziririzwa ko hagira uwuhamagara imizimu. [Abalewi 19:31, Yesaya 8:19] Abapfumu barafise ubuhinga bgokuvugana nokubona ibindi vyaremwe bitagira imibiri: amadayimoni, amajini, abamarayika, imizimu ivyo vyaremwe bitagira imibiri nkiyabantu, birakoreshwa muri technologie […]