Ivyaha 50 bikorerwa mu Burundi.

IVYAHA 50 BIKORERWA MU GIHUGU C’UBURUNDI ABARUNDI BAKWIRIYE KWIHANA.Muri Bibiliya Yera tuhasanga ivyaha bishika 667 abantu turi mw’isi dukora. Burya ihanga ryose rifise ivyaha risangiye n’ayandi mahanga n’ivyaha ryiharije. Ugomba gusengera igihugu c’Uburundi hari ivyaha bidasanzwe utegerezwa kudomako urutoke. Imbere yuko tuvyerekana tubanze inzira 5 zokwirinda icaha.INZIRA 5 ZO KWIRINDA GUKORA ICAHAKuba umu-Kristo, bisigura kwama […]