Ubutunzi: Ingingo zerekeye guhindura inoti no kuvunja amagaranga zoba zihungabanya abatari bake
Iyo ni ingingo imwe mu ngingo 6 zihejeje gufatirwa mu nama Umushikiranganji wa mbere wa Leta y’Uburundi yagiranye n’abasanzwe bafise amazu avunja amafaranga mvamakungu. Mw’itangazo ryasomwe Moise Nkurunziza asanzwe avugira umushikiranganji wa mbere, mu ngingo yaryo ya 2, amenyesha ko kuva uyu munsi ayo mafaranga atemewe gukoreshwa hano mu gihugu mu kuriha ibidandazwa kuko amafaranga […]