Mu gihugu haravugwa cane ihindugwa ry’inoti z’amafaranga y’amarundi

Abantu benshi baguma bahanahana utureresi tw’amajambo yavuzwe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi kuvyerekeye guhindura ibikaratasi ababitse amafaranga menshi mu mazu yabo. Impande yo gusakaka mu mazu y’abategetsi bamwe bamwe bakoranye cane na Président Nkurunziza ngo barondera gufata ayo mafaranga babitse mu mazu hanyuma iryo saka rikaba rishobora kuba ritatoye ayo mafaranga, Ibanki Nkuru y’igihugu yatangaje yuko ihinduye […]