Umusuma bukabije mu gihugu c’Uburundi.
Haraciye iminsi hibonekeza ubusuma mu mirima, mu mazu, mu butare, ku mabarabara no mu miduga. Kenshi na kenshi turumva abantu bibge amasakoshi n’ibiyagenderamwo vyose co kimwe n’abantu banyuruzwa kugira ngo bibge urukombamazi. Ubusuma mu gihugu cacu bgatanguye kwibonekerewa mu bategetsi batandukanye nko mu buyobozi, mu mashirahamwe, mu bushikiranganji no ubu naho ngo bugeze mu biro […]