Rumonge nk’abandi hose ibitungwa birateza amasanganya mu mabarabara
NyanzaLac : ibitungwa vyatumye imodokari igira isanganya Imodokari yo mu bwoko bwa #Coaster yaraguye mu kiyaga #Tanganyika ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere. Iryo sanganya ryabereye ku mutumba #Rubindi , ni muri komine Nyanza-Lac mu ntara ya #Makamba. Abari hafi y’ aho iryo sanganya ryabereye bavuga ko « hari inka n’ intama zitatu zariko […]