Itangazo rifise impanvu zukuri naho abaritanze batigenza mukuri.

Umugambwe CNDDFDD-FDD kuva aho ushikiye kubutegetsi abantu benshi bariruhukije bati tugire tuje mu ntwaro rusangi koko. Ariko nti vyatevye twese twaguye mugahundwe aho tuboneye yuko ataho bataniye nizindi ntwaro mugusahura itunga ry’gihugu, mu kwica, no mugukumira abandi. Ivyo nivyo ahanini vyatumye abatari bake bayizinukwa. Ariko rero naho biruko, mwitangazo uwo mugambwe washize ahabona werekanye imvo […]