Ubuhanuzi k’Uburundi
Ubuhanuzi Amahoro mwene Data aho uri hose muburundi no mumahanga. Turafise ibintu vyinshi Imana yacu yo mwijuru se w’Umwami wacu Yesu Kristo yaduhishuriye kuva kera kandi nubu ibandanya itwibutsa. Bimwe ni ibanga tutobabwirira ngaha mugabo twobashikiriza mukiyago imbonankubone. Mugabo rero, yaradutegetse kwama twibutsa ihanga ryayo ivyo yavugiye mukanwa kabavugishwa nayo vyose n’abakozi b’Imana Isumba vyose. […]