Haribintu niyumviriyebirambabaza:
1.kubera iki iy’umutunzi afise
urubanza bose bikokora
bakamuterera menshi ariko
nyarucari yabaterereza atacafise
bakamuha make canke ntibamuhe
kandi ariwe yarayakeneye
kurusha?
2.kuberiki umuntu agusavye
10.000 y’a consultation uyabura
ariko utabura 20.000 ryishurwe yapfuye?
3.kubera iki umuntu aterereza
200.000 yo kwivuza umuryango
ukayabura ariko utabura 500.000 canke
1.000.000 yo kumuhamba?
4.kubera iki tubura 30min canke 1h yo
gusuhuza umuntu agwaye soit
disant kubera akazi kenshi ariko
utabura umusi wose ou 2jrs vya
enterrement yiwe?
5.kubera iki bitunanira kwandikira
msg umuntu tumubonye online
ariko apfuye twihuta kwandika
R.I.P en maximajiscule
accompagné na msg
yibigumbagumba vyinshi no
kumushira kuri profil y’a WhatsApp
na facebook utonagira likr kwifoto yiwe
apostinze?
5.Nibangahe bamenye imihana yaho abo bigana,bakorana mm
niyincuti zabo baba aruko hagize
uwobabura..?
6.Nibangahe bifuza ko
bokwongera kubona uwiwabo
yapfuye vyibura iminota 5 juste pr
lui dire ijambo ryiza cank amuh
akantu keza..akiriho wamumajije
iki?wamuvugish gt?wamuhayik?
7.Nikangahe uvuga ama qualites
yumuntu aruko apfuye akiriho
wirirwa uramucafuza?
Mpeza,novuga Imana itubabarire
kuko turindyarya, dukunda abapfu
kurusha abazima,twitaho umuntu
agiye..Tubabazwa nukumuntu agiye
tutigeze tunezerezwa nukubaho
kwiwee..
Abagiye ntibazogaruka, hindukira
urabe uwakiriho iruhande yawe
umugirire neza agishobora
kubibona akabinezererwa…
Yesu nawe ati Imana siyabapfuye ariko niy’abazima abakiriho ,dukore ineza bikidukundira rero .
Yesu abahezagire.
