Shalom! ncuti bakundwa ntimucike intege kubiriko biba kuko ntanakimwe kitavuzwe na bavugishwa n’Imana. Ahubwo ibiriko biraba bidutere kweger’Imana caneeeeee gose kuruta ibindivyose ncuti bakundwa twokwibaza impamvu haciye igihe gito,cane tuvuye muntambara?ubu,tukaba twongeye kuyisubiramwo? Nahawe,nahanje mwene data ntacavuzwe nakimwe k’Uburundi kitazobura gushika. Bakundwa bene data iki nigihe cukwiyeza no kwitunganya muburyo bwose bubaho kuko ntagisigaye kugirango Imana ishitse ico yavuze kugihu c’Uburundi. Bakundwa b’Imana iconobasaba nuko twoja hamwe tugateramira amasezerano kukwik’aricogihe cokwakira amasezerano. Ncuti, bakundwa Umwami wacu akomeze kutugirira neza Muhezagirwe n’Imana!
Augustin Hakizimana
