MASTURBATION(KWISAMBANYA canke KWIKINISHAKwisambanya bizwi nka masturbation,punyeto,n’ayandi.Ni kimwe mubintu bihurumbirwa na benshi cane cane abakiri bato.
Masturbation ni ijambo ryavuye mu jambo ryikiratini bita « maturbatio »risigura « igikorwa co kwiyonona canke kwihumanya »
Masturbation ni gukabura ibihimba vy’irondoka bigatuma yumva uburyohe burenze.
KUKI MASTURBATION IKUNDWA?
Masturbation irakundwa mbere gusumba gusambanya umukobwa kumvo zikurikira:
1.Itanga uburyohe bwinshi cane mbere gisumvya ubwo woronka uryamanye n’umukobwa kuko iyo ukoresha intoke mu gufata inzanyi,urayigumya cane kurugero bituma uryoherwa cane ariko urikumwe n’umwigeme,igitsina nticegera inzanyi kuko kiraguka(élasticité) bigatuma aryoherwa buhoro
2.Iroroshe kuko wumvise ubushuhe mumubiri uca ubukemura bitakugoye mu gihe umukobwa agiye kuronka mubigirana
3.Ihumuriza abahungu bipfuza abakobwa bakababura kuko ituma aryamana nawe mu vyiyumviro,akumva atekanye kuko aryamanye nawe.
INGARUKA MBI YAYO
Iyo umuntu yisambanya,umuyaga urinjirana mumuheha wo munzanyi ukinjira gushika mugice co hejuru twita vésicule séminale munyuma bikaja mubigize amaraso(système lymphatique) gushika mubwonko bigatuma umutwe ishuha cane(choque thermique) mbere n’umutwe ukameneka.Hakaba ingorane muma neurones no muduhimba ndemangingo two mubwonko.
*Kumuyabaga(adolescent) bishobora gutuma ataco akora(fainéant)
*yama akonyokewe kandi agacika intege vyoroshe(mou)
*Bituma icunyunyu calcium gitakara cane akarwa ingwara zo kubabara mu magufa(dls osseuses)
* umusokoro wo mugiti c’umugongo ntukomera neza
*Iyo uvyimenyereje imbere yugukwiza imyaka 21,bishobora kuzoguteza ingwara yo muri prostate ukwije nka 40,bita hypertrophie prostatique
*Bituma utagishobora kurangura amabanga ya bubatse kuko uba waramaze gutakaza ya ma neurotransmetteurs (dopamine,acetyl choline,….)
* bituma utanezerererwa umugore wawe kuko utumva aryoshe nka masturbation,uhitamwo kuryamana nawe muri masturbation hakuryamana nawe mu bigaragara
INZIRA YO KUBIVAMWO
1.Hindura uburyo ubayeho(mu gusenga cane,mukwama utari wenyene,mukwama ufise akazi ukora)
2.Irinde ivyogukabura umubiri ka ya mareresi y’ibiterasoni(pornographie)
3.zurarwiza imyimenyerezo ngorora mubiri
4.Sésame zikaranze canke zimejeje
5.ubuyi bwa soya na sezame bikaranze
6.Ivyema bikaranze
7.Icayi ca time,romari na tangawizi
NB.Bitewe nuko benshi babangamiwe n’ibi bintu,bihe abagenzi bawe bose na groupe zose.
