Umwami Yesu Abagirir Neza! Hama Mazimisi Niyumvira Muvyiyumviro Nagiz Nasanze harimigwi 5 yabantu kwisi yose, (1) abaseng Imana Baruhuka Vendredi Ex; Musulma (2) Abaseng Imana Baruhuka Samedi Ex; Adiventiste (3) Abaseng Imana Baruka Dimanche Ex; Gatorica, Abaporoto, Aba Temwe (4) Abemera Kw Imana Ibaho Badafis Aho Bikoraniriza (5) Abatemera Kw Iman Ibaho Kumbur Hoba Hariho Niyindi Mirwi Myinshi Hama Musome Muri Efeso 4;4-6 Havugango » Har Umubiri Umwe Na Mpwemu Umwe Nkuko Kandi Mwahamagariw Icizigiro Kimwe Cihamagarwa Ryanyu Har Umwami Umwe Nukwizera Kumw No Kubatizwa Kumw N Iman Imwe Niyo Datawatwes Asumba Bose Ari Muri Bose. »Mbabaze Kuki Uri Muruwo Murwi?? Ko Icokimw Kimw Bigizumurwi Umwe Ubona Uko Kwizera Kwaw, Umubatizowaw, Bihuj Nurutond Rw Imana? Suzuma Ncuti Yanj Kugirango Ugir Amahitamwo Meza, Niwahitamwo Neza Uzomenyukuri Kanduko Kuri Kuzoguha Kwidegemvya Umwami Abigufashemwo .