NITWA MARC( MARIKO), mfise imyaka ibiri gusa ! Ndasaba komwomfasha kuva muraka kaga! iyi ngwara yanje yambangamiye bikomeye! Raba ndaboshwe hose,nabuze isaganirizo! Navutse nkabandi bose ,ariko uku niko vyangendekeye! Ndagusabe umbere Incungu . Nanje umusi umwe nzoyikubera ! Nshaka kubaho nanje!NDASAVYE nturengane utangiriye agasabisho naho koba gato ! Fyonda nokuri J’aime na Partager kugira abandi benshi basigaye babashe kunsabira kumana nanje! Sinshaka gupfa svp!
Igicaniro.com
