SINUSITESinusite nimwe mu ndwara ibangamira amagara y’abantu kandi bakabura aho bokwivuriza kuko kenshi ifatwa nkindwara idakira kuri benshi,ariko uyu munsi ni inkuru nziza kuri wewe uyirwaye.
UBUSOBANURO
Sinusite ni ubwandu(infection) ifatira mumazuru ndani hakakaka cane kurivyo bihimba bita sinus,mu miheha y’izuru(fosses nasales).
IKIYITERA
Mubisanzwe iterwa n’imigera(Virus canke bactéries).
Harigihe ivyuka umuntu ivuye kuri allergies nkiyo hari amashurwe yamumoteye canke ibindi.
IBIMENYETSO
1.Amazuru ariyugara
2.Ubushuhe bwinshi
3.Kumeneka umutwe
UBUVUZI KAMA
1.CATAPLASME D’ARGILE BLANCHE
Homeka agatsima ka argile blanche kumazuru yose no kuruhanga bimareko amasaha 2 x 2 ku munsi.
2.INHALATION D’AIL ET VINAIGRE
Fata urutete rumwe rwa tungurusumu n’ikiyiko kimwe gito(cuillère à café) ubishire muri 1/2 litre y’amazi ariko arabira.
Hama umuhisha wavyo iminota 10 x 3 ku munsi.Wipfutse igitambara mumutwe kugira umuhisha uguhereremwo.
3.JUS DE CAROTTE ET DE CITRON
Mu gatondo,kanyira ima rimwe ry’umutobe w’ikaroti muri buri mwenge w’izuru(narine).Ku mugoroba,kanyiramwo ima(goutte) ry’umutobe w’indimu muri buri zuru.
NB.Kwiza iyi nkuru nziza mumagroupe yose urimwo,nawe ubibonye bihe abandi kugura bafashwe.
Bishire henshi hashoboka no kuri facebook.
Ndashimiye abama bakwiragiza ibi vyirwa nsaba nuwundi abikore atabikora,
Mugire umugisha!!!
