Ijambo ryo Kumugoroba imbere yo gusinzira.

Haleluya bahizi binkomezi ,ncut bakunzi banj reka dusangir irijambo 1Jean3:7-8 ngo bana bato ntigagir ubazimiza ukora ibigororoka niw agororoka. Ukora i yaha niwawamurwanizi kukouherey ubwamber namber yamy akora ivyaha . raba neza ngaha haravuga ngo icatumy Umwana w’IMANA ahishurwa ngiki nukugira ngwasangangur ibikorwa vy’umurwanizi. ncuti ntavyinshi nshakakukubwira ariko ndashaka umeny iki ngo nimba kristo yarahishuw naw nanj twarahishuw kuko Turi mpwemu imw nakristo kandi batubwiy icatumy ahishurwa natw harimpamvu twahishuw ntiwaj kurya nokuryama Hama ngo birangiy go twigir mwijuru oyaaaa ariko igikorwa cazany YESU natw Nico catuzany myriyisi ufis ububasha nanj ndabufis haricodusabwa gusangangura ibikorwa vyabadayimoni nasatani nibindivyos turangij ivyo tugaca turema bishasha. Ahatarubugingo bukaza aharalahoro akaza iyumvir nibindi nukuvuga ngo nivyaribyarans birakunda mwizina rya YESU. mwarahezagiw mugir ijoro ryiza ndabakunda.vyanditswe na Ira West.