Hari imico ni ivyiyumviro abarundi tugiye guheba.

MENYA IBIRANGA INTARA UVAMWO1.Bujumbura mairie:ESCROQUERIE

2.Gitega: Rasta People(nturumveko)

3.Muramvya: Abakobwa bifresheri arko atarukundo

4.Bururi: Gushaka kuja kuntwaro

5.Buja Rural: Kuja Mu Bisagara Gukorerayo Ubuzi Atagucagura

6.Mwaro: Amacakubiri Nugutera Icupa

7.Karuzi: Umwiheburo wo kutagira ikaburimbo

8.Muyinga: Kuja Kwimba Inzahabu

9.Kirundo: Gusesagura Ivyimburwa Bigatuma Haduka Inzara

10.Cankuzo: Ubwoba Muri Vyose

11.Ruyigi: Kurwaniriza Hamwe Uwusose Intambara

12.Rutana: Kurongora Umukobwa Waho Hakaza Abandi 2 Kuba Iwawe

13.Makamba: Kurya Ubuzenge Nindagara

13.Kayanza: Kuja Kuba Muzindi Ntara Zikirimwo Ababono Bakorerayo Ubuzi

15.Bubanza: Ubutekereji

16.Cibitoke: Ikiroberi

17.Ngozi: Gukopera Ivyo Babonye Muzindi Ntara 

18.Rumonge: Kuroba