Ariko uzi ko abakobwa bamwebafashe abahungu bakundana nka yamashirahamwe ya # ONU ??đł đ€
1-Ukaza wumva umukobwa abwiye
umusore ngo arashonje nshaka kurya,mfasha
==>ukamengo ni *PAM đ*
2-Ukumva umukobwa abwiye umusore
ngo narwaye umutwe,nshaka umuti.mfasha
==>ukamengo ni *OMS đ*
.
3-Ukumva umukobwa abwiye umusore
ngo murumuna wanje
Ntakija kwishure -bamwirukanye mfasha ,
==>ukamengo ni *UNICEFđ*
.4- ukumva umukobwa Ngo chr marita aradandaza nanje nshaka kudandaza mfasha
==>ukamengo uri *PNUDđ*
5- ukumva umukobwa Ngo ba senge naba muyomba nabavyaranje bose baziye rimwe iwanje nguje kubaraba umfashe sinobishobora
==>ukamengo uri *HCRđ*
6- .ukumva umukobwa Ngo chr kwa diane tubana Ngo wumvirize ukuntu rwirirwa rurantonda mubantu
==>ukamengo uri *CPİđ*
kandundura rero
7- agakomye gato wumva fone isona Ngo chr mbonye ikintu numva ndagishimye nshaka umpamahera ndakigure
==>ukamengo uri *FMİđ*
Hhaaha nifyinira đ đ đ đ ntimunshavurire da!
Umusi mwiza Mwese!