Benedata, musome mwitonze ijambo ndabahaye dusangire, kenshi abantu dusangira vyinshi, agacupa, inyama, ibiyago nibindi vyinshi mbese kenshi witegereje ntakimazi ariko ndavuga nti iryo nijambo rivuye ahera mw,Ijuru, mbega ukuyemwo iki,nkuyemwo iki? Ntajambo rizira ubusa mugenzi ngo wihanganire imibabaro, ngo uhane,uhanure mugihe gikwiye canke kidakwiye, niryari igihe kiba kidakwiye? Ejo twaravyinye, turatamba, uwudatahura yatwise abasaze canke hari uwari kuvuga ati turiko dutamba kumuvyimba ababuze,oya, umviriza nkubwire carigihe koko twari kuba turira ariko kuko twamenye ibanga, eeeh,twaratamvye birakomera, Pasteur, atagahezagigwa, mugihe kumbure kidakwiye, yaravuze ati ihane igihe kirarangiye uyu atashe atashe amahoro, wewe nawe umuririra? Upfuye wojahe? Haaa,carigihe kidakwiye ariko murico gihe twarasaruye ubwoko bwayo, kora mugenzi hakibona, kuko ngo bugiye kwira, mbega uhagaze ute? Ego ushobora kuba uri mugihe kidakwiriye nuko wovuga, ushobora kuba ugowe muraka kanya, ariko iravuze ngo, hana,hanura!!!! Yooo,ntugacereze mugenzi harimpavu ubwiwe nanje mbwiwe