Dusenge

Dusenge:UhorahoImana y’Igitangaza,Umuremyi w’isi n’ijuru,ikirere n’ibiyaga,n’ibirimwo vyose,n’uhabwicubahiro n’ibiremwa vyawe vyose,cane cane twebwe abantu wagiriy’ubuntu butangaje,turasigwa n’umuco kubw’urupfu rw’umwana wawe ariwe mwami wacu yera Yesu Kristo,Uwera we!turaguhaye kaze kubw’amaraso n’imbabazi urukundo na bwabuntu butangaje,ivyo bidutwikire,bitwikire iyi groupe yacu,tukweretse ivyacu n’abacu ngo twese hamwe tuzigamigwe mururwo rukundo rutagir’akagero,Uzigame Ihanga ryawe watoranije,uduhe kujabuka maze dushikire Amasezerano yawe mazima,girira neza kandi abari mu bibazo bitandukanye aho bari hose,utabare imiryango yacu yose aho iri hose,uhinkomezi abadendebukiwe,abo bwijevubazigame mwijoro mberevubagendere,abo bukeye nabo ubirize amahoro,Urakoze tukweretse programes n’ibikorwa vyose vy’abakozi bawe,ngo ubihe umugisha,tuguhay’Icubahiro mw’Izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo amen.