Hariho ibintu vyinshi bibera kwisi ijoro n’umurango. Mbere twovuga yuko isi itigera iba mumwiza kubera umuco w’izuba , ukwezi n’inyenyeri biguma biwubonesha. Iyo mu bice vyo bu chinwa, mubuyapani no muri Australiya bwije muri Canada na America hoho buba ari kumurango. Mugabo ico ngomba kuvuga si icirwa ca Geografiya ni icirwa cibibera I burundi.
Ubutegetsi bwaba ubwabatutsi bwarahoneje abantu burasasika inganda birijana. Ubwabahutu nabwo Ngubwo burica budatoranya. Abarundi barakwiriye kuja imbere y’Imana bagasaba ubutegetsi buvuye kuriyo. Akarorero kamwe muturorero igihumbi murabe kuri iyi foto. Uwuticiwe mubarundi yiciwe hanze ataha ari amakara, uwutishwe nawe yiciwe umugore. None abarundi bagume basigana inkore Kumaso ga yemwe!
