INDEMESHANYOBjr mwese, Imana nishimwe kandi ko tuvyutse tugihema turi bazima, nihabwe icubahiro,uyumusi nutubere umusi wakanyuneza ninyishu yivyo dusaba vyose arivya rusangi canke personnel,ndabifurije kwishugwa n,Imana au nom de Jesus kuko niwe afise umuti wibibazo vyose dufise, amen
Imana iturinde, idufate ukuboko, abagwaye bakire mwizina rya Yesu, ibitari bitunganye Uwiteka Imana nabitunganye kuko ngo niwe aringaniza ibitaringaniye, agaca inzira aho atariri, Mwami, nutugirire neza umwumwe wese icariko agusaba, nuhaze ivyiyumviro nivyifuzo vyimitima yacu twese ,imiryangi yacu, inshuti nabagenzi, mu gihugu cacu nisi yose, tube mukanyamuneza gatangwa nawe Mana, amen
Muhezagigwe kandi mwitege imiduri ninanga,imyironge, ibitari ningoma, impundu vyumunezero Imana igiye kuduha, natwe tuyubahe, tuyikorere,amen
Muhezagigwe kandi mwitege imiduri ninanga,imyironge, ibitari ningoma, impundu vyumunezero Imana igiye kuduha, natwe tuyubahe, tuyikorere,amen
Yesaya43:18-19 ati mwoye kwibuka ivya kera kandi ntimwiyumvire ku vya kera. Ehe ngira nkore ikintu gisha ko kigira giseruke ubu,mbega ntimuzikimyenya?nzoca inzira no mu buharagwa,ntembeshe inzuzi ahagatutse
Imana ibahezagire cane
Ira West