Inkuru ivuye muri CVR

*Musenyeri Jean Louis Nahimana atwara CVR arabeshuza kandi akiyamiriza urwandiko rumaze iminsi ruzunguruka kumbuga ngurukana bumenyi.Ati aho tugeze ntiharagera ko dusohora ama listes.Aratwenga akanatangara.Yari yahise kutishura ariko kuber icubahiro afitiy abariko kurirya liste n’imiryango yabo yahisemwo kwishura abamenyeshamakuru.Yasiguye inzira bizocamwo mugutanga rapport ukwo amategeko abitegekanya:*
*-asaba ababikoz kubibeshuza*

*-arahumuriza akanahoza abavuzw kuriyo liste*

*-asab imbabazi Imana kubw’abikoz kuko ari ivumwe*

*-asab abaguy mumutego kwihangana*

*-yemerera abarundi ko bazosohor icegeranyo atarico gusambura*