Uku Ni K’ Umwami Uhoraho Agize,at’ Ehe Ngaha Iyeruyalemu,ahonatabitse Hagati Yamahanga N’ibihugu Bihakikije! Ariko Hagararije Amabgirizwa Yanje,hakora Ibibi Kurusha Abanyamahanga;hagararije Ivyagezwe Vyanje Kurusha Ibihugu Bihakikije Bashibuye Amabgirizwa Yanje,n’ivyagezwe Vyanje Ntibabigenderamwo. Nukorero,ukunik’ Umwami Uhoraho Agize,atikuko Mur’abanyamivurungano Kurusha Amahanga Abakikije,kandi Mukaba Mutagendera Mu Vyagezwe Vyanje,ntimwitondere N’amabgirizwa Yanje,canke Ngomukore N’ivyo Abgirizwa Yamahanga Abakikije Yashinze: Nuko Rero,ukunik’ Umwami Uhoraho Agize,ati Raba Jewe Ubganje Nyene Nzohigura Nawe:kandi Nzocira Amateka Hagati Muri Wewe,amahanga Acirorerag Kandi Nzokorera Muri Wewe Icontigeze Gukora,mbere Ntazokongera Gukora Ukundi,nguhoye Ibizira Vyawe Vyose. Ezekikeli 5:5-9.
Placide