Igikorane ca kiremba, umuvugabutumwa ava muri kanada, mpwumu w lmana yaramukoresheje ko uburundi bugiye guca mubihe bigoye, kandi abazorengana bazoronka amohoro kuko azoba arigihugu camata nu buki, .abantu beshi bari ngaho mbere nabatemera ubuhanuzi bose batanguye ko ivy lmana yasezeraniye abarundi bigira bishike .abo twaza turigisha ivyubuhanuzi bakanka kuvyemera ubu baradufona batubwira ko arukuri ivy lmana yavuze itabesha, .amahoro y lmana abandanye ari kumwe namweV.B
