<<< YOM KIPPUR KU BURUNDI N’ A BARUNDI >>>ANSELME, NYAWITA, YARAGWIRA.
04. 09. 2016
IYO NTAMBARA N’ I YO KU GARUKANA I BITARI BIGISHOBOKA KU MWANA WU MUNTU KW’ I BAZA KO BIZOGARUKA, IYO NTAMBARA N’ I YO KU GARUKANA ISEZERANO RYA KUWEHO NA BAKORESHA IMYUKA MIBI BINJIJE MU BANTU BATIZERA, BITERA ABANTU KUTIZERA YUKO U BURUNDI BUZOSUBIRA KUBA IHURUMBIRO RYA BENSHI, IYO NTAMBARA IZOBA IRWANA ABANTU ARIKO ARI ABAMARAYIKA BAHERUTSE KUMANUKIRA MU GICU GIKUBEBWEMWO U BWIRAKABIRI ARIBO BAKERUBI BO KUGESEZA, NKUKO I YERUSALEMU BAHAGARUYE MU NTAMBARA YA YOM KIPPUR NIKO N’ U BURUNDI BUSHASHA BUGIYE KU GWANIRWA N’ A BAKERUBI BAHERUTSE KU MANUKIRA MU GICU GIKUBEBWE N’ U BWIRAKABIRI B’ I NTAMBARA, BANYUZE MU BASORE, ABAGABO, ABAKOBWA, ABAGORE BAHISEMWO KUBA ABARWANIRA IGIHUGU AHO BARI HOSE, YOM KIPPUR KU BURUNDI N’ A BARUNDI N’ I NTAMBARA IDASANZWE KANDI IKOMEYE CANE GOSE BISIZUBWENGE BW’ U MWANA W’ U MUNTU , KUBERA IZOTSINDA ABARI MU RUHANDE RW’ I MANA BARONGOWE NA BAMARAYIKA B’ A BAKERUBI BAHERUTSE KUMANUKA MU GICU GIKUBEBWE N’ U BWIRAKABIRI, MU BUHANUZI BWA TANZWE NA MWENE DATA WANYU WO MURI KRISTO YESU, ANSELME, NYAWITA, YARAGWIRA, YA VUZEMWO IKIMENYETSO KIZOBONEKA KW ‘ IJURU, KIMENYESHA IKINTU GISHASHA GIKORETSE CEMEZA YUKO, MWISI IMANA ISHINZE IKINTU GISHASHA ARICO ISIRAYELI YA KABIRI, ABAMYE BAKANUYE MUHERUTSE KU BIBONA MURIBUKIJWE, IBIKURIKIRA N’ I NTAMBARA ARIYO IHAWE IZINA RYA YOM KIPPUR, KUKO ARI I Y’ U MWANYA MUTO,; IGIYE GUSIGA BENSHI ARI, I BIMUGA, IMPFUVYI, ABAPFAKAZI, KUBERA ABAMARAYIKA BO KUGESEZA NKUKO BAMANUTSE I YERUSALEMU HASUBIZWA ABAYUDA NIKO MUGIRA MU BIBEMWO ABANDI MU BIBONE, MURI YOM KIPPUR YA NYUMA MU BURUNDI.
IKI NKUNDISHA UYU MUGABO YITWA YESU KRISTRO, NUBWO ABA AGOMBA GUHANA ABANTU, NTAREKA IJAMBO RYIZA RIHAMAGARIRA ABANTU : BIHANE, BIYEZE, NU WUGIYE GUPFA AZE AJE KURINDIRA IJURU.
MURAKOZE.