Si igicapo ni ifoto y’ukuri

Iyi foto mubona si igicapo canke ifoto yakonzwe n’ubuhinga bw’imachini. Amatwi adusumira, ni ifoto yukuri yafashwe n’abahinga bamasanamu bayifata bari mundege.

Kubwawe, ubona ishushanya iki canke ishushanya nde? Ico kibazo benshi baracibaza. Ivyarivyo vyose si ikintu ciyerekana kugihamana (hazard) harimwo icerekanywe n’ubushobozi bw’inkomezi kandi si n’ubwambere amasanamu nkayo aboneka kubicu.

Ubivuzeko iki?