Soma iyinkuru jewe yanyigishije nawe ikwigishe…..umwami yatumyeko abantu ngo baje gukora ibikorwa ibwami,abantu baragendađ¶đ¶đ»ââđđ» bari bagiye gukora ibikorwa vyoguseha ibintu,hanyuma bamwe batwara ama base,amagunira,amasafuriya,abandi ibiyiko kuko bavuga ko barwaye,Hama bashitse umwami bose arabakira arabereka ivyo bakora,hageze gutaha arababwira ahobatonda umwewesi nigikoresho yatondanye kugira babagerere,umwe wese bamwuzuriza ico yazanye bamwe bibiyiko bashaka gutaha kuzana binini bitagikunda,babagereye kuri vyabiyikođ€đ€đ€Isomo::mbega nawe watondanye ikihe gikoresho mugukorera Imana muri iri sezerano duhanze amaso ? Nikiyiko? Nigunira?? Gasangize abandi!!! Hezagirwa!!!!đđđ