*UBUTUMWA BWUKURORANIRWA ou BWIMIGISHA(PROSPERITY GOSPEL)*: Hariho ibintu bine bihindura ubutumwa bwiza bukononekara(4 crucial distortions) #1: *IMANA NTOYA(A SMALL GOD)* :Nti igiki ugirira inyota kuruta ibindi?,iyi nyishu yiki kibazo izogufasha kumenya imana yawe.Abavugabutumwa bubutumwa bwokuroranirwa( les prédicateurs de l’évangile de la prospérité)bahamagarira abantu kuza kuri Yesu.Ariko bahereza abantu ukwifuza ivya amagara(health),ubutunzi,abafasha(abagabo,abagore),akazi,hamwe nokuduzwa mukazi(promotions).Ikintu umutima wawe wifuza gusumba(unyotererwa cane) gusumba Imana gihinduka imana yawe.Yesu yarababaye,arapfa kugirango adushikirize Imana:ubu nibwo bugingo buhoraho,kobamenya wewe,Imana yonyene yukuri,nuwo watumye,Yesu Kristo(Yoh 17:3).📖