Ari wewe wobigenza gute?

Aha kuri iyi si duhura n’ibigeragezo vyinshi. Mugabo bimwe bimwe nitwe tuvikwegera ibindi navyo bidusanga aho twibereye mugabo tukabura abagenzi bodutabara canke tukagira ubumenyi buke cane bwo kubivamwo.

Ariko rero imbere yo gukora ikintu turakwiriye kwiyumvira kabiri. Ivyiyumviro biturengeye tugahanuza Imana. Kuko uretse amabi abantu babona nayo bakkrerwa, hariho abahitamwo kwitwara ubuzima kandi ako ni akaranda kateye.

Uwiyahuye yitwa tuyisenge Évelyne âges de 17ans yiga muwunani muceyerezi ,yaba kuri colline NYAMWERA,yasize yanditseko yiyahuye kubera Prosper yamufashe kunguvu Hama asaba murusengero bamusengere baranka,baca bamuta inyuma y,urusengero,bica biramwankira aca ariyahura. Ari wewe wokora iki?