ISI IRASHAZE ,ISI IRASHAJE;PAPA FRANCIS ASHAKA GUHINDURA AMAVWIRIZWA 10 Y IMANA HAMWE NOGUKURAMWO IBWIRIZWA RIVUGA NGO NTUGASAMBANE AKAVUGA KO YATUMWE N IMANA ,ISI BAHAGURUKIRA NIZIGO NYISHU KURICO KIBAZO.
Itegeko ryoguhindura amabwirizwa 10 y Imana ryatanzwe nu muyobozi mukuru wishengero Katolika kwisi Papa Francis avuga ko yatumwe n Imana kugira ngo bashobore guhangana ni bibazo vyik igihe turimwo,vyatumye avyutsa uburake bwa mashengero atandukanye yo mwisi, aho ishengero ry Abadventist bumusi windwi bavuga ko ico gikorwa co guhindura ivyagezwe vy Imana ariyo ntango yikizira cubuyobe vya vuzwe Muvyahishuriwe Yohana akaba ari ntango yugusohora kubuhanuzi bwa Bibiliya.
Abahakana iryo tegeko rya Papa Francis , Icaro gikuru c’ Abayahudi nabo bakaba bavyiyamirije munyandiko yabo banditse yo kugabisha uyu muyobozi wishengero Katolika kugira ngo ntiyihende agire ico akora muguhindura amabwirizwa y Imana, mugukora ivyo azoba yishize hejuru nku umwami Nebukadineza.
Ari murugendo rwiwe rweranda muri American yepfo mumwaka uheze wa 2015, Papa yabwiye ibihumbi vya bantu bari bahakoraniye mu misa muri Ecuador ,akavuga ko Imana yamubwiye kuhindura amabwirizwa cumi kugira ngo babashe gushiramwo akanovera kayo, hamwe no kongeramwo ayandi mategeko abiri yi yongera kurarya 10 Imana yahaye Mose kumusozi Sinayi
Arikubwiriza mubihumbi vyabantu ku nkengera y igusagara ca Guayaquil, ahari abantu barenga million wabari bahakoraniye, uyu muyobozi yerekanye akamaro kumuryago no kugaragaza urukundo cane cane mu miryago ya none.
Papa Francis yavuze ko Imana yamubwiye kw abakristo mwisi yose bariguhura kwiyongeranya kwibigeragezo vy ibintu bisha, aho imiryago igobwa gufashwa no kuremeshwa cane cane mubihe vyubunyantegenke bwabo hako bamaramazwa hamwe no gukumirwa mumiryago.
Kubwiyo mvo , ibwirizwa rya kane ( rya Ekleziya Katolika )rivuga ngo: « Mwubahe so na nyoko » ririmwo amakosa risabwa guhinduka rikavuga ngo : » Mwubahe abavyeyi » yerekana ko mukuri ni vyiza ko abavyeyi banone haba mama canke papa bakwiriye kubahwa; kandi hakaba hariho na bana barerewe mubavye bahuje igitsina aba ( GAY) .
Mukunogereza ayo majambo ,abandanya avuga ko Imana yamubwiye gukuramwo ibwirizwa ry Indwi ( Ntugasambane) kuko ribuza ubwaguke bwikigorwe c Imana kubantu bayo cane cane barya babuze ukwihangana bakarwa mu kigeragezo ko gusambana hamwe no guca inyuma abo bubakanye.
Papa abandanya avuga: » Iri bwirizwa ry Indwi ryo kubuza abantu kusambana hamwe nokwiyamiriza abasambana bahuje igitsina ( GAY) nikurikuramwa ntiryongere kubobeka kuko ari tegeko ry avuye k Umana, kugira ngo imbabazi z Imana kubana bayo bose zibashe kugwira .
Abandanya avuga kwiri tegeko risha ryiyongera kurarya 10 akaba cumi na rimwe 11 ,papa Francis akabandanya ashima technology uko ibandanya ikura vyihuse cane ryiri tegeko risha risubirira itegeko ry indwi riha uburenganzira bwo gushira ukizana.
Ubwanyuma Papa yongeyemo itegezo ribuza kwishira hejuru bigatuma abantu bakwemera birengehe urugero,kuko ico ari igisesema imbere y Imana.
Umuvugizi wa Vatican Federico Lombardi yavuze, aya mategeko cumi mashasha yanditswe neza nabahinga bishengero,bagiye kuyatangaza mwishengero rya Petero Mweranda igihe rizoba rishizwe ahabona rizo shirwa ahaboba mwisi biciye kumbonesha Television ya Vatican.
Abayahudi biciye mukigo ca baherezi babo imenyekana nka Romeo institute, basohoye itangazo ribaza ati aho vyanditse ko ,Imana ivugana na Papa no kumuha uburenganzira bwo amabwirizwa masha nkuko yabikoze kumusavyi wayo Mosi kumusozi sinayi?
Abo baherezi bamugabishije papa kw atokubahuka ngo ahindure ivyagezwe vy Imana ko batashobora kwemeranya nawe nagato, tumenya ko ubutware bwa papa bugarukira gusa Vatican,kuko atabubasha afise kuri Bibiliya hamwe ni vyagezwe cumi.
Umihagaro wo guhakana irihinduka ry ivyagezwe cumi vy Imana ,vyiyamirizwe kandi ni shengero rya Adventist bumusi windwi abasabato hame na bapendekoste,bakavuga ko batemera ko hari umwana w umuntu yahawe uburenganzira bwo guhindura Bibiliya na majambo meranda y Imana..