Amasengesho yo kuwa gatatu

AMASENGESHO YO GUSENGERA UBURUNDI N’ABARUNDI      

Bene data barundi barundikazi turabaramukije 

   

Shalom shalom!

 

Amasengesho y’ejo ahobukera kumusi wagatatu 

 1. Tuzosengera abarundi ngo lmana itwibuke ishitse amasezerano;

2. Imana yugurure inzira zayo kugirango haboneke vyankenerwa vyose;

3.lmana itwongere inkomezi dusubire gusenga kumazamu yacu sa 9hoo,12 h, 15h, 18h ni kugororoka.

4. Tuzosengera kandi abafunzwe, Impfuvyi n’abapfakazi, ababoshwe n’ingoyi za satani kugira ngo lmana ibibuke ibabohore kandi twinginga lmana tuyisaba ngo ibakureko abansi babo boye kubitamba hejuru.

 

IJAMBO RY’URUFATIRO

2 ngoma6:15=16
Murakoze lmana igiye gushitsa amasezerano yayo ku Burundi.
Nidusangwe lman uburundi n’isezerano.

Bigiriwe i Bujumbura kuwa 29/11/2016

http://www.abisezerano.com