Amakuru mu ncamake 

19-12-12-2016 hakaba hazindutse # Isakwa ridasanzwe muri # Quartier_Kabondo iri mugisagara ca # Bujumbura # Imana ibarinde kuko ntawucaruka !
2.Inyuma yuko # Delahousse_Laurent # Ambassadeur w’Ubufaransa i #Bujumbura amenyesherejeko bitangaje ukuntu # Reta yogura # Indege imaze imyaka 26 ikora mugihe na # Nkurunziza yoyigenderamwo asanzwe adasohoka # Igihugu ubu icuka siciza hagati yawe na # DD aho batanguye kumwagiriza kwari mubahungabanya # Umutekano # Ukuri kurababaza!!

3.Agakuru keza nuko babakobwa bari bafashwe n’uwutwara # Iperereza mu # Kirundo mugihe bari bagiye mu # Rubanza rwa mugenzi wabo ahonyene mu #Kirundo baraye barekuwe #Imana ishimwe!!

4.Mutama # Pierre_Claver_Mbonimpa amenyesha yuko # Umuhuza_Mkapa ivyo yashikirije i #Bujumbura yakije umuriro ku # Burundi kuko # Abarundi benshi bahunze batazokwemera kuba mubuhungiro # Imyaka yose akavuga kwabatwara igihugu babizi kubasumvya!!

5. # Léonce_Ngendakumana asaba kohoba # Urunani hagati y’Abanyepolitike, Amashirahamwe yigenga ndetse nabafashe # Umuheto muntumbero yogushira #Inguvu hamwe tugatembagaza akarwi ka #Nkurunziza kagisibije!!

6.Ubu RTNB igiye kuza irakora 24h/24 ikoresheje ubuhinga bwa Systeme_Numerique_direct vyari vyiza nuko yahinduwe iya DD!!

7.Haravurwa igitero caraye gikozwe muri Commune_Gisuru mu ntara ya Ruyigi cakozwe n’abantu bashika 200 bambaye impuzu za gisirikare na gipolisi aho ngobakubise Abantu barashaya bariba bongera

baranyuruza abantu akaba ari inkuru tubandanya tubatohoreza murakoze!!