Kuva kera twarababwiye yuko ibimenyetso vyibihe bidasiba kwigaragaza.
Inzara barundi benedata yatanguye kudutwara abantu. Mwibuke ibintu 3 umuvugishwa Gakwaya , n’abandi benshi ,yavuze ko bizica abantu kikaba ikimenyetso. Ibimenyetso bizobakorako navyo ni ibi;
-intambara
-inzara
-ibikoko
* Kutarwa kw’imvura n’ikindi kimenyetso lmana yatanze.
*Ingabo z’uburundi gukurwa hanze n’ikindi kimenyetso.
Abashibamyi mugume kuminara n’abasenzi mugume kumavi mutirukana ivyo kuko n’lmana yabikoze ariko musaba ubugombe bwayo bube kuko aribwo bwiza ,mushima nuko ije kwihesha ICUBAHIRO!
Mugume rero mureretse ibimenyetso biriko birashika kimwe kukindi.