Kugihugu c’Abisirayeli le 18 01 2017Ndabaramukije amahoro
Imana Y’abisirayeli
Umwami w’abisirayeli (Yesu Kristu)
Abagabo b ’ Y’abisirayeli ( imiryango 12 )
Ahangame Ibihe Bidahera
_________________________
Intumbero y’ubu butumwa Bwiza :
1 .Kumenya ico murico ( Igihugu catoranijwe n’Imana, abantu bitirirwa Izina ry’Imana )
Iki gihugu ubu citwa Uburundi , na ba hafise amamuko iyo bari kumpande zine z’isi ,
Muri iki gihugu c’Abisirayeli hari Imiryango ibiri y’ Abisirayeli , Umuryango wa Yuda , Numuryango wa Benjamine .IMikuku izosubira gutaha itonze imirongo mu bisagara vyo mu mugamba waho , no mu bisagara vyo mubihugu biciye bugufi no mubisagara vy i bumanuko nomugihugu ca Benjamine n’ahatu hahereranye ni Yerusalemu , no mubusagara y’ibuyuda bayiharure ni jewe uwuhoraho mbivuze . ( yeremiya 33 :13)
14 Eh iminsi izoza ni jewe uwuhoraho mbivuze nzoshitsa rya jambo ryiza navuze ku nzu ya Isirayeli no kunzu ya Yuda.
15.Muri iyo minsi no muri icyo gihe, nzoshamikisha kuri Dawidiuwitwa shami w’umugororotsi ; azoca iziroranye n’izigororotse mu Gihugu.
16.Muri iyo minsi Abayuda bazikira , I Yerusalemu hazaba amahoro, kandi iri ni ryo zina hazokwitwa : Nguwuhoraho niwe kugororoka kwacu
17.Kuko Uwiteka avuze ngo ‘Ntabwo Dawidi azabura uwo kuraga ingoma ya Isirayeli,
18.n’abatambyi b’Abalewi na bo ntibazabura umuntu imbere yanjye wo gutamba ibitambo byoswa, n’uwo kosa amaturo y’ifu n’uwo kujya atamba iteka.’ ”
Uribaza uti ibi Ubu butumwa ko ntari bwavyunve
1.Mana reka kwihorera Mana , ntupfe kunuma ntiwirengagize :
2.Kukw’abansi bawe bateye umuvurungano; abakwanka bavyukije umutwe
3.Banogangiriza inama y’ubugunge abantu bawe ,Bagira inama abo wahishije.
4. Baravuze bati Ni muze tubarandure , ntibabe bakiba ihanga , kugira ngw izina ry’Abasirayeli ntiribe ricibukwa ukundi.
5. Kuko ba bandi bahuje umutima wo kuja inama,Ni wewe bashiriyeh’amasezerano
(Ps 83 :1-5)
(Yoweli 3 :1-7)
Ehe raba, mur’iyo misi no mur’ivyo bihe aho nzosubira kugarukanira ab’i Buyuda n’ab’ Yerusalemu mbakuye mu ngoyi 2. Nzokoraniriza hamwe amahanga yose, bamanukane mu kiyaya ca yehoshafati niho nzobavuganiriza , mburana abantu banje , nibo shamvu yanje Abisirayeli, abo basabagirije mu mahanga bakigaburira igihugu canje.kandi bagabanganishije abantu banje ubupfindo , uuhungu bakamutangako impera ya maraya N’umukobwa kakamugura vino ngo binywere.
5 . Ko mwasahuye amafeza yanje n’amazahabu yanje
Ibintu vyanje vyiza vy’igikndiro mukabijana munsengero zanyu z’ibigirwamana
6 Kandi abantu b’i Buyuda n’ab’ i Yelusalemu mwabaguze n’Abagiriki kugirango mubakureho, baje kure y’gihugu cabo
7 Ehe nanje nzobavyutsa , mbakure ahantu iyo mwabaguriye , kandi kwa kunyihora kwanyu nzokubasubiriza ku mitwe.
Amaherezo y’Abisirayeli Roma 11:1-5,7,25 Paul
1.Nuko ndabaza nti “ Mbeg’ Imana yaciye abantu bayo?” Eka na mba ! Kuko nanjye ndi Umwisirayeli wo mu rubyaro rwa Aburahamu, wo mu muryango wa Benyamini.
2.Imana ntiyaciye ubwoko bwayo yamenye kera. Ntimuzi ibyo ibyanditswe bivuga kuri Eliya, uburyo yivovoteye Abisirayeli abarega ku Mana ati
3.“Mwami, bishe abahanuzi bawe basenya n’ibicaniro byawe, nanjye nsigaye jyenyine kandi barashaka kunyica.”
4.Mbese Imana yamushubije iki? Yaramushubije iti “Nisigarije abantu ibihumbi birindwi batarapfukamira Bali.”
5.Nuko rero uko ni ko bikimeze no muri iki gihe, hariho abantu bakeya basigaye batoranijwe ku bw’ubuntu.
7. Nuko tuvuge dute? Icyo Abisirayeli bashatse ntibakibonye, ahubwo abatoranijwe ni bo bakibonye abandi basigara binangiye imitima,
25. Bene Data kugira ngo mutabona uko mwirata ndashaka ko mumenya iby’iri banga: Abisirayeli bamwe banangiwe imitima ariko si bose, kugeza ubwo abanyamahanga bazinjira mu Itorero bakagera ku mubare ushyitse.
(Jeremiah 16:14-15 ) Nuko rero uku ni k’uwuhoraho agize ngw imisi izoza ntibazoba bakirahira uguhoraho kwanje jewe uwuhoraho ko nabakuye Abisirayeli mu gihugu ca Egiputa
15.ahira uguhoraho kwanje jewe uhoraho ko na kuye abisirayeli
Mugihgu C’iburaruko no mu bihugu vyose aho nzoba narabirukaniye kandi nzobagarukana mugihugu mugihugu cabo nahaye ba sekuruza.
Jeremiah (30:2-3 ) Ijambo ryaje kuri Yeremiah rivuye k’uhoraho , Utuku niko uwuhoraho agize niwe Mana y’Abisirayeli ,ati wandike mugitabo amajambo yose nakubariye .
3.Kukw’iminsi izoza ni jewe uwuhoraho mbivuse , nzotuma abatu banje b’abisirayeli n’Abayuda bahindukire bave , bave mu ngoyi zabo ni jewe uwuhoraho mbivuze
Kandi nzotuma bagaruka mu gihugu nahaye basekuruza baciganzire
Ico dukwiye kora
(Rom2:13 )
Kukw abunvise ivyagezwe ataribo bagororoka imbere y’Imana abavyunvise nibo bazotsindaishirizwa
(1 cor 7:19) Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa nta co kumaze, ariko ikigra ico kimaze nukwitondera Ivyagezwe n’Imana
(1john 3:4) umuntu wese akora icaha akora ivy’ubugarariji, kandi icaha nico mugararizo
(Matt 19:16-17) Haza umuntu kuri we aramubaza ati Mwigisha , nkore iciza kin go ndonke ubugingo budashira ? aramubaza at’umbariza iki iciza? Inziza nimwe.
Arikw asangw’ugomba kwinjira mubugingo, witondere ivyagezwe ( yabaza Yesu)
Imigwi Ine Y’ivyaha abanyesayeli bo muburundi na bamukayo barimwo
1 Imvyino z’ikirundi ivyo bita umuco
2 Abasenga ibi shushanyo Bikiramariya niindi (Yeremiah 44:13-17)
3 Abasenga muki Islam
4 abaporoti batubahiriza Issabat , bavuga yesu kumunwa bata mufise mumitima yabo.
Mwirirwa murira ngo mutabarwe Ibatabare , Uwuhoraho wa Israel ,
Aba bantu batanzi bagomba ntabarwanirire , ati banza mumenye , kubarwanirira
Nakanya gato
Zaburi 81:13-14 icompa abantu banje bakanyunvira , icompa Abisilayeli bakagendera munzira zanje
Notsinda abansi babo Vuba. ++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++++
Mushobora kundo ndera kuri what up 13065154076
canke email ndayven@gmail.com
Umuvugisha n’ Imana Ya abisirayeli wo mumuryango wa Yuda
Ndayiragije Nda basezeye ndabasabira gusobankirwa , Imana Y’ Abrahamu , Isaka , na Yakobo Ibarinde , Ibazigame , Ibakomeze