Shalom Mukozi wa Data.Murakoze cane. Ibi ndavyemeza cane kuko nigeze kubona inzozi zisa nizo. Haraciye imyaka 3 aho nabona ama bombes rutura ava mu misozi ya RDC aho zagwa zaraturira maze nabonye aho nari ndyamye ariho hasigaye ivyatsi hatahiye. Hagenda hasigara agashamba gato gato k’uburinzi bw’abizera. Ariko vy’ukuri ico gihe nabonye atacasigaye kabisa. Uwiteka azoshitsa ico yavuze kuko si umuntu ngo yisubiremwo canke yivuguruze. Muhezagirwe!