Ijambo rivuye ku Uhoraho.

YesunashimweNashaka dusangi. Ijambo ryi MANA

Riri mu guharura

Igice 11. 21.23
 (22) mose aramwishura at ababantundimwo , abagabo bimbaka nibihumbi amajana 

Atandatu : none uvuze Nguz obahinyama , bazirye ukwezi kwiramvuriye !
(22) mbega bazobagirwa imikuku

Namasho bibakwire ?

canke bazokoranirizwa amafiyose yomukiyaga , abakwire ?
(23) uhoraho yishura mose , at mbegulubokokwanje

Uhoraho kwabaye kugufi ? Nonehinge 

Urabe yukwijambo ryanje nkubwiye rishika canke ridashika Amena
Mwenedata ndakwinginze girukwizera

Uyumusi icowavuganyenimanacose ukirorere

Kirajevuba

Uwiteka. Araje kwiheshicubahiro

Nureme mumutimawawe

Utekane. Ntutinye

Shira mumutimawawe

Yuko bigiye gukundavuba

Niwaburimubibazo

Canke ugwaje canne

Ufitamadeni

Canke ufise ibibazomumuryangowawe

Ariko ndakubwiye uyumusi

Uwiteka. Aravuzengo

Rindira urabe bimwevyose yagusezeranira kobitaba. Cankebiba

Amena. Muhezagirwe

Mumwamiwacu 

YESU KRISTO

Amena