UMUKENYURO MUSHASHA WA CNDD- FDD
CNDD- FDD imaze guca hirya no hino ukuntu ibintu vyifash ubu, ikamenya ko hari imirwi yiteguy gutera uburundi, yaciye yikora kuri leta y’ aba chinois,iyo nayo ibagirira exploitation ya 2 tones de Nikel.
Izo deux tones za Nikel nizo baciy bagurisha kugira baronke amahera bakoresha muku neutralisa abansi babo.
Ni muri iyo ntumbero haciye hafstwa ingingo zikurikira:
. Kwitanga abarwanyi bari kubutaka bwa congo.
. Gukorana na Tanzanie muguhungura le plus tot possible et par force impunzi
.Gushinga ikintu kimeze nka rebelion pour distraire les opposants.
.Gucanishamwo toute formation politique en opposition.
.Gusambura CNARD.
Muri uwo mukino, baciye batanga amahera meshi kuri Hussein Rajabu, bamusaba imbabazi kuvyabay vyose, bamutuma gukora ibishoboka vyose kugira ngo agarukire umugambwe kuko ngo basanze ushobora kugenda burundu.
MISSION CONFIEE A HUSSEIN RAJABU.
.Gukorana na leta ya tanzanie mukwegeranya abo bita ngo ni abarwanyi bazokwerekanwa pour temoigner l’ existance d’ un rebelion.
.Kwemera ningonga ibiganiro bizobahuza na Rajabu Hussein
.Gusambura imihari yose yoba ikorera I Tanzanie aho mbere hoba hari numugambi wo gutsa muri yompi bamwe mubarongoye iyo mihari bari mumakambi yimpunzi.
.Kwerekanako atawundi muhari woshobora kuganira canke ufise inguvu atari uwa Rajabu kugira ngo azoce yishikana muri leta bitagoranye, kandi yahagaritse l’ allure yiyindi mihari yari ifise.
Mumakurubtumaze kuronka, nuko Rajabu yoba aza yaramaze gushika Tanzanie, aho yakiriwe neza cane, mbere akanakoresha imodokari za Leta ya Tnzanie.
Uyo mugabo nyene, arafise ibihemu yahay amahera biri mumakambi yose, bijrjw kwegeranya abarwanyi bazoshorwa kurisongoye kandi ngo boba bamaze gutwara imisore itari mike.
Ikindi twobamenyesha, nuko hari plan yogutorokesha bamwe mubasirikare ba leta, bakidhikana kwa Rajabu muri iyo nkinamico.
Bantu mwese musomye iyi msg, gerageza muyirungike muma groupes yose kugira dukingire urwaruka rwacu ntirujane nyabahururu, Hussein ariko akina mission kandi y’ amahera meshi cane!!
Bwirane mwese ntimuhendwe.