Wibuke kuduza ikimazi c’ishimwe.

😎umunsi umwe umutunzi yariko arafungura yitegereza ari munzu yiwe yo hejuru (igorofa) abona umuntu ariko atora mumifuko batamwo imicafu arondera ico yotamira. Aca ashima lmana ATI »Mana ndagushima kuko utangize umukene nkaba prise ico mfungura ». Wa mukene nawe ahindukiye đŸŽ…đŸŸabona umuntu yambaye ivyatabaguritse ashim’lmana ati: »Mana ndagushima kuko utangize umusazi » Wawundi nawe ahindukiye abona ruseha abaniha (ambulance) itwaye uwapfuye aca ashim’lmana ati: »Mana ndagushima kubona ndi muzima ntapfuye. » 🙏 Mur’aba bantu bose nta n’umwe atashimye lmana kiretse uwari yapfuye. ..None weho ko lmana yaguhaye ubugingo kubuntu hakaba hariho banshi kumbure bakurusha ubutore batagihumeka umwuka w’abazima, aho ntiwoduza ikimazi c’ishimwe mugusangiza abandi Ubu butumwa? Iman’iguhezagire