Igihugu kigiye kugarukirwa n’abisezerano: None muburundi haracariho abagabo, abashingantahe n’abantu b’ubuntu? 


J,espère que vous vous porter bien.

Depuis hier j,ai vu sur les réseaux sociaux l image d une femme morte ligotée à nyabugete et j,en suis très profondément touché.

Ce matin sur les mêmes réseaux ,je viens d,apprendre qu’,elle etait un membre de notre église et précisément de la chorale francophone ntahangwa. Ce qui percent davantage mon coeur.

Amakuru adushikira nuko uwo mudamu yaraye yiciwe kwa sebatutsi mu kanyosha yitwa LYDIA yakora muri REGIDEZO,akaba kandi yari numuririmvyi kuri eglise pentecôte yo ku ntahangwa. Yarasanzwe aba kwi Jabe. Umugabo wiwe ntitwashoboye kumenya izina ryiwe ariko ngo umugabo wiwe avuka mu ntara ya CIBITOKE, commune Buganda aho bita mu kaburantwa. Bikavurwako abamuherutse iryanyuma yavuye kukazi avugako agiye muri répétition. Umuryango nincuti bakaba bataramenya neza imvo nimvano yiyicwa bunyamaswa iwabo.