IKIGANIRO : Ijambo Ry’Umusi.Irad Ndihokubwayo
Vendredi, le 09/03/2017
👉Theme : Nimba umwansi w’Umukristo Atari muntu mugenzi we ariko ari Satani amukoresha, kandi Ukwihangana, Ugukomeza ukwizera no guhagarara mukugororoka akaba ari uburyo bwiza bwo kugwana, ibigwanishwa na vyo ni ibihe?
(Inyinshu, umvirizava audio.)
– Efeso 6:13-18
Whatsapp : +265994341922
🙏 Mfasha kubibwira mugenzawe mukumurungikira ino audio haba muri groupes murimwo canke abagenzi ufise contacts zabo.
Imana iduhane umugisha.
NB : Audio uyitangane ino Message kandi, na message ntiyirungike yonyene.