ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU RISABA AKARERE KA AFRIKA Y’UBUSERUKO GUKURA NKURUNZIZA PETERO KUBUTEGETSI KUNEZA CANKE KUNABI!

ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU RISABA AKARERE KA AFRIKA Y’UBUSERUKO GUKURA NKURUNZIZA PETERO KUBUTEGETSI KUNEZA CANKE KUNABI!.

Imbere y’Inama Nkuru y’umutekano muri ONU, Antonio Guterres asaba Akarere ka Afrika y’ubuseruko EAC gukingira Abanyagihugu b’i Burundi basanzwe bariko baricwa n’intwaro ya Nkurunziza atacamira ! Uwo aserukira Ishirahamwe mpuzamakungu ONU akaba amenyesha ko hamwe Nkurunziza Petero yokwanka mumajambo ,inguvu nazo nyene zirashoboka nkuko Akarere ka CEDEAO kabikoze muri Gambia igihe Yahya Jammeh yanka kuva Kubutegetsi ngo abisire mugenziwe Adama Borrow asanzwe ariwe yari yatsinze amatora murico gihugu ca Gambia ! Antonio Gutteres akongera agasaba igihugu ca Tanzania kwitanga mugufasha UBurundi kuva muntureka nkuko camye kibikora kuva kera !