ITANGAZO
Mugenzi dusangiye urugamba rwo kubohoza uburundi bushasha bw’isezerano, shalom! Muntumbero yo kwubaka no kwisuganya ngo tujabuke yorodani:
– Woba ufise utubazo?
– Woba ufise iciyumviro n’icipfuzo ugomba gushikiriza?
-Woba ufise amakenga canke akakubakiye kuri iki canke kiriya?
– Woba ufise intererano muvyo impwemu, ivya politique n’ivyo umutekano?
– Woba ushaka kumenya aho ibikorwa vy’umuhari biteye?
– Woba ufise rapport canke akabanga ugomba gushikiriza indongozi y’umuhari abisezerano?
URAHAWE KAZE kumwandikira cane kwakura KIZIGENZA W’UMUHARI kuri whatsapp +257 75 28 96 22 canke umwandikire kuri email: abisezerano@gmail.com kuva uyu munsi gushika kuwa gatandatu igenekerezo rya 18 Ntwarante 2017 mumenye uko umuhari uhagaze.
Urakoze cane muhezagigwe.
Ni dusangwe Imana , Uburundi n’Isezerano