UBUTUMWA BUVUYE KUMUSOZI W’AMASENGESHO.
Biramebyeshejwe abasenzi bose gusengera ibi bikurikira:
-Gusanganguza inkingi za bayali na achera ziri mu gihugu no mumitima ya bamwebamwe;
-Guhomvomvoza ama installation (ibirindiro n’imigambi) yose y’abadayimoni muri iki gihugu c’Uburundi.
-Guhindura ubusa amasezerano yakozwe nabami, abatware, ba sogokuru n’abadayimoni.
-Kwigarurira ibibanza vyose abadayimoni bifatiye.
Umurongo w’urufatiro:
1 abami 18:40
Inyuma yayo masengesho hazotibuka umuriro kandi inyuma y’umuriro hazogwa invura twibonere akayazwe.
Umusenzi wese asabwe kurungikira uyu mutumiro w’intumbero y’amasengesho abandi basenzi bose aho bari. Murakoze!
Imana ikomeze kutumurikira.