Uyu musi twasomye Itang 12: 12-13Twibuka Ukuntu Pasika y’ab’isirayeli abari mw’isezerano rija I Kanani ari ikigereranyo ca Pasika yacu twebwe Abaja mw’Ijuru.
Nabajij ikibazo abari Mungoro ya Data unomusi nti : Mbega uwo Yesu uvuga ko uriko uhimbaza izuka ryiwe, mumutima wawe arimwo? Amaraso yiwe ariko kugishimaryango cawe (kumutima wawe)?
Nizera ko ari ahacu kwisuzuma. Si kurya , kunywa no kwambara neza. Pasika mumutima, Pasika muburyo bw’Impwemu Atari mumubiri.
Nuko, Nimba Yesu yarakuzukiy, bigaragaz mukwerekana ko iyontsinz yakubohoy kucaha utakineshwa Naco. Ihane vuba nimba hari ivyakuneshej hama uhimbaz ari ntagasembwa ugira.
Imana iduhane umugisha.
Irad Ndihokubwayo